Kuvayo 28:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Aroni n’abahungu biwe bazobe bayambaye iyo bagiye mw’ihema ry’ihuriro canke iyo bagiye kwegera igicaniro ngo bakorere ahantu heranda, kugira ntibagirwe n’ikosa bigatuma bapfa ata kabuza. Ico ni icagezwe gushika igihe kitagira urugero kuri we n’uruvyaro rwiwe rwo mu nyuma ziwe+. Kuvayo 29:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uze ukenyeze Aroni n’abahungu biwe vya bikenyezo, wongere uzingire kuri bo ka kambarwa ko mu mutwe. Ubuherezi buze bucike ubwabo, bibe icagezwe gushika igihe kitagira urugero+. Ukwo ni ko uzokwuzuza ububasha ukuboko kwa Aroni n’ukw’abahungu biwe+.
43 Aroni n’abahungu biwe bazobe bayambaye iyo bagiye mw’ihema ry’ihuriro canke iyo bagiye kwegera igicaniro ngo bakorere ahantu heranda, kugira ntibagirwe n’ikosa bigatuma bapfa ata kabuza. Ico ni icagezwe gushika igihe kitagira urugero kuri we n’uruvyaro rwiwe rwo mu nyuma ziwe+.
9 Uze ukenyeze Aroni n’abahungu biwe vya bikenyezo, wongere uzingire kuri bo ka kambarwa ko mu mutwe. Ubuherezi buze bucike ubwabo, bibe icagezwe gushika igihe kitagira urugero+. Ukwo ni ko uzokwuzuza ububasha ukuboko kwa Aroni n’ukw’abahungu biwe+.