ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 28:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 “Nayo wewe, niwigize hafi yawe Aroni mwene wanyu n’abahungu biwe bari kumwe na we, ubakuye hagati muri bene Isirayeli, kugira ankorere bwa muherezi+: Aroni+ n’abahungu biwe, ari bo Nadabu na Abihu+, Eleyazari na Itamari+.

  • Kuvayo 28:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Aroni n’abahungu biwe bazobe bayambaye iyo bagiye mw’ihema ry’ihuriro canke iyo bagiye kwegera igicaniro ngo bakorere ahantu heranda, kugira ntibagirwe n’ikosa bigatuma bapfa ata kabuza. Ico ni icagezwe gushika igihe kitagira urugero kuri we n’uruvyaro rwiwe rwo mu nyuma ziwe+.

  • Kuvayo 40:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Uze ubarobanuze amavuta nk’uko wayarobanuje se+, gutyo bankorere bwa baherezi, kandi irobanurwa ryabo rize ribandanye kubabera ubuherezi gushika igihe kitagira urugero mu mayaruka yabo+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika