ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 25:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Rizomubera we n’uruvyaro rwiwe mu nyuma ziwe isezerano ry’ubuherezi gushika igihe kitagira urugero+, kuko atihanganiye ubukeba bugirwa ku Mana+ yiwe kandi agatangira impongano bene Isirayeli+.’”

  • Abaheburayo 7:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Iyo rero ukutagira akanenge+ kuba vy’ukuri kuboneka biciye ku buherezi bw’Abalewi+ (kuko biciye kuri iyo ndinganizo ari ho abantu bahawe Itegeko+), vyokenerewe iki+ kandi ko hahaguruka uwundi muherezi mu buryo bwa Melekisedeki+, ntibivugwe ko ari mu buryo bwa Aroni?

  • Abaheburayo 7:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Ikigeretseko, benshi babwirijwe gucika abaherezi basubiriranira+ kubera babuzwa n’urupfu+ kubandanya iryo banga,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika