Kuvayo 38:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ibikurikira ni vyo bintu vyatondanujwe vy’itaberenakulo, ya taberenakulo y’Igishingantahe+, vyatondanujwe kw’itegeko rya Musa, kiba igikorwa c’Abalewi+ munsi y’uburongozi bwa Itamari+ mwene Aroni umuherezi. Abalewi 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Hanyuma Musa arondera hose ya mpene y’ishikanwa ry’igicumuro+, asanga yari yaturiwe irahera. Nuko arākarira Eleyazari na Itamari, bene Aroni bari basigaye, avuga ati: 1 Ngoma 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Bene Amuramu+ na bo bari Aroni+ na Musa+, na Miriyamu+. Bene Aroni na bo bari Nadabu+ na Abihu+, Eleyazari+ na Itamari+. 1 Ngoma 24:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ariko Nadabu na Abihu+ bapfa imbere ya se+; nta bahungu bari bararonse, mugabo Eleyazari+ na Itamari babandanya gukora ari abaherezi.
21 Ibikurikira ni vyo bintu vyatondanujwe vy’itaberenakulo, ya taberenakulo y’Igishingantahe+, vyatondanujwe kw’itegeko rya Musa, kiba igikorwa c’Abalewi+ munsi y’uburongozi bwa Itamari+ mwene Aroni umuherezi.
16 Hanyuma Musa arondera hose ya mpene y’ishikanwa ry’igicumuro+, asanga yari yaturiwe irahera. Nuko arākarira Eleyazari na Itamari, bene Aroni bari basigaye, avuga ati:
3 Bene Amuramu+ na bo bari Aroni+ na Musa+, na Miriyamu+. Bene Aroni na bo bari Nadabu+ na Abihu+, Eleyazari+ na Itamari+.
2 Ariko Nadabu na Abihu+ bapfa imbere ya se+; nta bahungu bari bararonse, mugabo Eleyazari+ na Itamari babandanya gukora ari abaherezi.