Kuvayo 38:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ng’uru urutonde rw’ivyakoreshejwe mu kwubaka rya hema ryeranda, ni ukuvuga ihema ryeranda ririmwo isandugu y’isezerano*+. Musa ni we yategetse Abalewi+ kugira urwo rutonde, bahagarikiwe na Itamari+ umuhungu wa Aroni umuherezi.
21 Ng’uru urutonde rw’ivyakoreshejwe mu kwubaka rya hema ryeranda, ni ukuvuga ihema ryeranda ririmwo isandugu y’isezerano*+. Musa ni we yategetse Abalewi+ kugira urwo rutonde, bahagarikiwe na Itamari+ umuhungu wa Aroni umuherezi.