ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 3:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 «Zana Abalewi+, ubashikirize Aroni umuherezi kugira bamufashe+.

  • Guharura 4:46, 47
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 46 Nuko Musa na Aroni n’abakuru b’Abisirayeli bandika abo Balewi bose bisunze imiryango yabo n’imigwi mikurumikuru igize imiryango yabo. 47 Bari bafise imyaka 30 gushika kuri 50, kandi bose bari bajejwe gukorera kw’ihema ry’ibonaniro no guterura ibikoresho vyaryo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika