ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 1:50
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 50 Abalewi uze ubashinge kwitwararika ihema ryeranda ririmwo isandugu y’isezerano*+, ibikoresho vy’iryo hema vyose n’ibintu vyaryo vyose+. Bazoterura iryo hema ryeranda n’ibikoresho vyaryo vyose+. Bazokorera kuri ryo+ kandi bazokambika hirya no hino yaryo+.

  • Guharura 8:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Aroni azoca abashikanira* Yehova nk’ishikanwa bazungagiza+ ritanzwe n’Abisirayeli kugira bakorere Yehova+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika