Guharura 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Zana umuryango wa Lewi+ hafi, kandi ubahagarike imbere ya Aroni umuherezi, na bo baze bamukorere+. Guharura 4:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 kuva ku myaka mirongo itatu kuduga gushika ku myaka mirongo itanu+, abaza bose gukora igikorwa kiruhisha n’igikorwa co gutwara imitwaro mw’ihema ry’ihuriro+,
6 “Zana umuryango wa Lewi+ hafi, kandi ubahagarike imbere ya Aroni umuherezi, na bo baze bamukorere+.
47 kuva ku myaka mirongo itatu kuduga gushika ku myaka mirongo itanu+, abaza bose gukora igikorwa kiruhisha n’igikorwa co gutwara imitwaro mw’ihema ry’ihuriro+,