ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 25:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kandi uze ushire muri iyo Sandugu igishingantahe nzoguha+.

  • Kuvayo 31:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Agiheza kuvugana na Musa ku musozi Sinayi, amuha ibisate bibiri vya ca Gishingantahe+, ibisate vy’amabuye vyanditsweko n’urutoke rw’Imana+.

  • Kuvayo 34:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Aho Musa amanukiye ava ku musozi Sinayi, nya bisate bibiri vya ca Gishingantahe vyari mu kuboko kwiwe igihe yamanuka ava ku musozi+, kandi Musa ntiyari azi ko urukoba rwo mu maso hiwe rwarekura imishwarara kubera yari yavuganye n’Imana+.

  • Guharura 17:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Maze Musa ashira izo nkoni imbere ya Yehova mw’ihema ry’Igishingantahe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika