ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 38:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Ibikurikira ni vyo bintu vyatondanujwe vy’itaberenakulo, ya taberenakulo y’Igishingantahe+, vyatondanujwe kw’itegeko rya Musa, kiba igikorwa c’Abalewi+ munsi y’uburongozi bwa Itamari+ mwene Aroni umuherezi.

  • Guharura 17:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Uze uzishire mw’ihema ry’ihuriro imbere y’Igishingantahe+, aho nama nseruka imbere yanyu ubudasiba+.

  • Guharura 18:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Zana kandi hafi bene wanyu bo mu muryango wa Lewi, umuryango wa so, muzanane, kugira ngo bashirwe kumwe nawe bongere bagukorere+, imbere y’ihema ry’Igishingantahe+, wewe n’abahungu bawe muri kumwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika