ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 16:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Nk’uko Yehova yari yategetse Musa, Aroni awutereka imbere ya ca Gishingantahe*+, uba ikintu co kuzigama.

  • Kuvayo 31:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Agiheza kuvugana na Musa ku musozi Sinayi, amuha ibisate bibiri vya ca Gishingantahe+, ibisate vy’amabuye vyanditsweko n’urutoke rw’Imana+.

  • Kuvayo 40:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Inyuma y’ivyo atora ca Gishingantahe+, agishira muri ya Sandugu+, araheza ashira ya miniho+ kuri iyo Sandugu, ashira na wa murumyo+ hejuru kuri nya Sandugu+.

  • Guharura 17:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mu nyuma Yehova abwira Musa ati: “Subiza inkoni ya Aroni+ imbere y’Igishingantahe bwa kintu co kuzigama ngo ibere ikimenyetso+ abana b’ubugarariji+, kugira ngo imyidodombo yabo ihere imveko, boye gupfa.”

  • Gusubira mu vyagezwe 31:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 “Muze mufate iki gitabu c’itegeko+, mugishire iruhande y’isandugu+ y’isezerano rya Yehova Imana yanyu, kandi ng’aho kize kibe icabona kikwagiriza+.

  • 1 Abami 8:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nta kintu na kimwe cari muri iyo Sandugu kiretse vya bisate vy’amabuye+ bibiri Musa yari yarashizemwo+ i Horebu, ca gihe Yehova yasezerana+ na bene Isirayeli hamwe bariko bava mu gihugu ca Misiri+.

  • Abaheburayo 9:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ico cari gifise icotezo+ c’inzahabu be n’isandugu y’isezerano+ ikuyengejeko inzahabu hose+, ikabamwo ikarabo ry’inzahabu ririmwo manu*+ na ya nkoni ya Aroni yanaga+ be na vya bisate+ vy’isezerano;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika