ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 4:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Maze ishavu rya Yehova rirurumbira Musa, avuga ati: “Aroni Umulewi si mwene wanyu+? Ndazi neza yuko ashoboye koko kuvuga. Kandi bisubiye, ehe ari mu nzira aza guhura nawe. Niyakubona, ntazobura kunezerwa mu mutima wiwe+.

  • Zaburi 99:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Musa na Aroni bari mu baherezi biwe+,

      Samweli na we yari mu bambaza izina ryiwe+.

      Barahamagara Yehova, na we akabitaba+.

  • Abaheburayo 5:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Vyongeye, umuntu ntaronka iryo teka ari we aryihaye+, ahubwo gusa arironka arihamagariwe n’Imana+, nk’uko vyabaye no kuri Aroni+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika