ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 6:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Hanyuma Eleyazari, umuhungu wa Aroni+ atwara umwe mu bakobwa ba Putiyeli, amubera umugore. Araheza amuvyarira Finehasi+.

      Abo ni bo bakuru ba ba se b’Abalewi, hisunzwe imiryango yabo+.

  • Guharura 25:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Finehasi+ mwene Eleyazari, Eleyazari mwene Aroni umuherezi, abibonye, aca arahaguruka ava hagati mw’ikoraniro, atora icumu mu kuboko kwiwe.

  • Yosuwa 22:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Maze bene Isirayeli batuma+ Finehasi+ mwene Eleyazari umuherezi kuri bene Rubeni na bene Gadi n’igice c’umuryango wa Manase mu gihugu ca Gileyadi,

  • Yosuwa 24:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Na Eleyazari mwene Aroni arapfa+. Nuko bamuhamba mu Murambi wa Finehasi umuhungu wiwe+, uwo yari yaramuhaye mu karere k’imisozi ka Efurayimu.

  • Zaburi 106:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Igihe Finehasi yahaguruka akabijamwo+,

      Ni ho nya kiza cahagarikwa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika