Kuvayo 6:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Hanyuma Eleyazari, umuhungu wa Aroni+ atwara umwe mu bakobwa ba Putiyeli, amubera umugore. Araheza amuvyarira Finehasi+. Abo ni bo bakuru ba ba se b’Abalewi, hisunzwe imiryango yabo+. Abacamanza 20:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Finehasi+ mwene Eleyazari, Eleyazari wa Aroni, ni we yahagarara imbere yayo muri iyo misi+; nuko avuga ati: “Nsubire gusohoka nje mu rugamba kurwanya bene Benyamini mwene wacu canke ndeke+?” Yehova avuga ati: “Duga, kuko ejo nzomutanga mu kuboko kwawe+.”
25 Hanyuma Eleyazari, umuhungu wa Aroni+ atwara umwe mu bakobwa ba Putiyeli, amubera umugore. Araheza amuvyarira Finehasi+. Abo ni bo bakuru ba ba se b’Abalewi, hisunzwe imiryango yabo+.
28 Finehasi+ mwene Eleyazari, Eleyazari wa Aroni, ni we yahagarara imbere yayo muri iyo misi+; nuko avuga ati: “Nsubire gusohoka nje mu rugamba kurwanya bene Benyamini mwene wacu canke ndeke+?” Yehova avuga ati: “Duga, kuko ejo nzomutanga mu kuboko kwawe+.”