2 Samweli 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Dawidi asiguza+ Yehova, ati: “Nduge kurwanya Abafilisitiya? Urabatanga mu kuboko kwanje?” Yehova aca abwira Dawidi ati: “Duga, kuko ntabura gutanga Abafilisitiya mu maboko yawe+.”
19 Dawidi asiguza+ Yehova, ati: “Nduge kurwanya Abafilisitiya? Urabatanga mu kuboko kwanje?” Yehova aca abwira Dawidi ati: “Duga, kuko ntabura gutanga Abafilisitiya mu maboko yawe+.”