Yosuwa 20:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko igisagara ca Kedeshi+ muri Galilaya mu karere k’imisozi ka Nafutali, n’ica Shekemu+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu, n’ica Kiriyati-aruba+, ari co Heburoni, mu karere k’imisozi ka Yuda, babigira vyeranda. Abacamanza 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mu nyuma Abimeleki+ mwene Yerubayali aja i Shekemu+ kuri basaza ba nyina maze atangura kubabwira, bo n’umuryango wose w’inzu ya se wa nyina, ati: 1 Abami 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko Rehobowamu+ aja i Shekemu, kuko i Shekemu+ ari ho Isirayeli yose yari yaje kumugirira umwami.
7 Nuko igisagara ca Kedeshi+ muri Galilaya mu karere k’imisozi ka Nafutali, n’ica Shekemu+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu, n’ica Kiriyati-aruba+, ari co Heburoni, mu karere k’imisozi ka Yuda, babigira vyeranda.
9 Mu nyuma Abimeleki+ mwene Yerubayali aja i Shekemu+ kuri basaza ba nyina maze atangura kubabwira, bo n’umuryango wose w’inzu ya se wa nyina, ati:
12 Nuko Rehobowamu+ aja i Shekemu, kuko i Shekemu+ ari ho Isirayeli yose yari yaje kumugirira umwami.