ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 12:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko Aburamu aca muri ico gihugu gushika mu karere ka Shekemu+, hafi y’ibiti binini vya More+. Ico gihe Umunyakanani yari muri ico gihugu.

  • Itanguriro 33:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Mu nyuma Yakobo ashika impore mu gisagara ca Shekemu+, ikiri mu gihugu ca Kanani+, mu gihe yari avuye i Padani-aramu+; araheza ashinga ikambi imbere y’ico gisagara.

  • Yosuwa 20:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nuko igisagara ca Kedeshi+ muri Galilaya mu karere k’imisozi ka Nafutali, n’ica Shekemu+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu, n’ica Kiriyati-aruba+, ari co Heburoni, mu karere k’imisozi ka Yuda, babigira vyeranda.

  • Abacamanza 9:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Mu nyuma Abimeleki+ mwene Yerubayali aja i Shekemu+ kuri basaza ba nyina maze atangura kubabwira, bo n’umuryango wose w’inzu ya se wa nyina, ati:

  • Ivyakozwe 7:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 baraheza bimurirwa i Shekemu+ hanyuma baryamikwa mu mva+ Aburahamu yari yaguze amafeza na bene Hamori i Shekemu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika