Kuvayo 13:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi Musa ajana amagufa ya Yozefu, kuko yari yararahije bene Isirayeli ashimitse, ati: “Imana ntizobura kubitaho+, kandi mutegerezwa kudugana amagufa yanje muyakure ng’aha+.” Yosuwa 24:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kandi amagufa ya Yozefu+, ayo bene Isirayeli bari baraduganye bayakuye mu Misiri, bayahamba i Shekemu mu gice c’itongo Yakobo yari yaguze na bene Hamori+, se wa Shekemu, ku bice ijana vy’amahera+; kiraheza cegukira bene Yozefu bwa ntoranwa+.
19 Kandi Musa ajana amagufa ya Yozefu, kuko yari yararahije bene Isirayeli ashimitse, ati: “Imana ntizobura kubitaho+, kandi mutegerezwa kudugana amagufa yanje muyakure ng’aha+.”
32 Kandi amagufa ya Yozefu+, ayo bene Isirayeli bari baraduganye bayakuye mu Misiri, bayahamba i Shekemu mu gice c’itongo Yakobo yari yaguze na bene Hamori+, se wa Shekemu, ku bice ijana vy’amahera+; kiraheza cegukira bene Yozefu bwa ntoranwa+.