Itanguriro 50:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yozefu rero arahiza bene Isirayeli ati: “Imana ntizobura kubitaho. Namwe rero muze mudugane amagufa yanje muyakure ng’aha+.” Kuvayo 13:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi Musa ajana amagufa ya Yozefu, kuko yari yararahije bene Isirayeli ashimitse, ati: “Imana ntizobura kubitaho+, kandi mutegerezwa kudugana amagufa yanje muyakure ng’aha+.” Abaheburayo 11:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kubera ukwizera, Yozefu, igihe yari yegereje iherezo ryiwe, yaravuze ivy’ukuvayo+ kwa bene Isirayeli; kandi yaratanze itegeko ku vyerekeye amagufa yiwe+.
25 Yozefu rero arahiza bene Isirayeli ati: “Imana ntizobura kubitaho. Namwe rero muze mudugane amagufa yanje muyakure ng’aha+.”
19 Kandi Musa ajana amagufa ya Yozefu, kuko yari yararahije bene Isirayeli ashimitse, ati: “Imana ntizobura kubitaho+, kandi mutegerezwa kudugana amagufa yanje muyakure ng’aha+.”
22 Kubera ukwizera, Yozefu, igihe yari yegereje iherezo ryiwe, yaravuze ivy’ukuvayo+ kwa bene Isirayeli; kandi yaratanze itegeko ku vyerekeye amagufa yiwe+.