Itanguriro 50:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Amaherezo Yozefu abwira bene wabo ati: “Ngiye gupfa, mugabo Imana ntizobura kubitaho+, kandi ntizobura kubadugana ikabakura muri iki gihugu ikabajana mu gihugu yarahiye Aburahamu, Izahaki na Yakobo+.”
24 Amaherezo Yozefu abwira bene wabo ati: “Ngiye gupfa, mugabo Imana ntizobura kubitaho+, kandi ntizobura kubadugana ikabakura muri iki gihugu ikabajana mu gihugu yarahiye Aburahamu, Izahaki na Yakobo+.”