Yosuwa 21:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Bene Gerishoni+ baronka biciye ku bupfindo ibisagara cumi na bitatu mu miryango y’umuryango wa Isakari+ no mu muryango wa Asheri+ no mu muryango wa Nafutali+ no mu gice c’umuryango wa Manase muri Bashani+.
6 Bene Gerishoni+ baronka biciye ku bupfindo ibisagara cumi na bitatu mu miryango y’umuryango wa Isakari+ no mu muryango wa Asheri+ no mu muryango wa Nafutali+ no mu gice c’umuryango wa Manase muri Bashani+.