Yosuwa 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Rwarahindukira ruvuye i Saridi rukerekeza mu buseruko amaja iyo izuba rirasira, rugashika ku mupaka wa Kisiloti-tabori, maze rugasohoka ruja i Daberati+ hanyuma rukaduga rwerekeza i Yafiya. 1 Ngoma 6:72 Bibiliya y’isi nshasha 72 ku vy’umuryango wa Isakari, hatangwa Kedeshi+ n’amatongo y’uburagiriro yaho, Daberati+ n’amatongo y’uburagiriro yaho,
12 Rwarahindukira ruvuye i Saridi rukerekeza mu buseruko amaja iyo izuba rirasira, rugashika ku mupaka wa Kisiloti-tabori, maze rugasohoka ruja i Daberati+ hanyuma rukaduga rwerekeza i Yafiya.
72 ku vy’umuryango wa Isakari, hatangwa Kedeshi+ n’amatongo y’uburagiriro yaho, Daberati+ n’amatongo y’uburagiriro yaho,