Gusubira mu vyagezwe 2:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “Maze turi mu gahinga ka Kedemoti+ ntuma intumwa kuri Sihoni+ umwami wa Heshiboni, zijanye amajambo y’amahoro+, nti: Yosuwa 13:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 na Yahazi+ na Kedemoti+ na Mefayati+,
26 “Maze turi mu gahinga ka Kedemoti+ ntuma intumwa kuri Sihoni+ umwami wa Heshiboni, zijanye amajambo y’amahoro+, nti: