Guharura 21:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kuko Heshiboni cari igisagara ca Sihoni+. Uno yari umwami w’Abamori+, kandi ni we yarwanye n’umwami wa Mowabu kera, agakura igihugu ciwe cose mu kuboko kwiwe gushika kuri Arunoni+. Guharura 32:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Kandi bene Rubeni bubaka Heshiboni+ na Eleyale+ na Kiriyatayimu+, Yosuwa 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Heshiboni+ n’ibisagara vyaho vyose+ biri ku matāba, Diboni+ na Bamoti-bayali+ na Beti-bayali-meyoni+, 1 Ngoma 6:81 Bibiliya y’isi nshasha 81 Heshiboni+ n’amatongo y’uburagiriro yaho be na Yazeri+ n’amatongo y’uburagiriro yaho.
26 Kuko Heshiboni cari igisagara ca Sihoni+. Uno yari umwami w’Abamori+, kandi ni we yarwanye n’umwami wa Mowabu kera, agakura igihugu ciwe cose mu kuboko kwiwe gushika kuri Arunoni+.
17 Heshiboni+ n’ibisagara vyaho vyose+ biri ku matāba, Diboni+ na Bamoti-bayali+ na Beti-bayali-meyoni+,