Itanguriro 13:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 kuko igihugu cose uriko uraraba, nzogiha wewe n’uruvyaro* rwawe gushika igihe kitagira urugero+. Itanguriro 15:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuri uwo musi Yehova agirana na Aburamu isezerano+, avuga ati: “Uruvyaro rwawe nzoruha iki gihugu+, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate+: Itanguriro 26:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nube muri iki gihugu uri kavamahanga+, nanje nzogumana nawe nteko nguhezagire, kuko wewe n’uruvyaro rwawe nzobaha ibi bihugu vyose+, kandi nzoshitsa indahiro narahiye Aburahamu so+; Itanguriro 28:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Izoguha umuhezagiro wa Aburahamu+, wewe n’uruvyaro rwawe+, kugira wigarurire igihugu wabayemwo uri kavamahanga+, ico Imana yahaye Aburahamu+.”
18 Kuri uwo musi Yehova agirana na Aburamu isezerano+, avuga ati: “Uruvyaro rwawe nzoruha iki gihugu+, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate+:
3 Nube muri iki gihugu uri kavamahanga+, nanje nzogumana nawe nteko nguhezagire, kuko wewe n’uruvyaro rwawe nzobaha ibi bihugu vyose+, kandi nzoshitsa indahiro narahiye Aburahamu so+;
4 Izoguha umuhezagiro wa Aburahamu+, wewe n’uruvyaro rwawe+, kugira wigarurire igihugu wabayemwo uri kavamahanga+, ico Imana yahaye Aburahamu+.”