Kuvayo 15:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ukuryo kwawe, ewe Yehova, kurerekanye ko ari ukw’ubushobozi bukomeye+,Ukuryo kwawe, ewe Yehova, umwansi kurasavya+. Zaburi 89:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ukuboko kw’ubushobozi ni rwawe+;Ukuboko kwawe kurakomeye+,Ukuryo kwawe gushizwe hejuru+. Zaburi 106:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Hanyuma arabakiza ku bw’izina ryiwe+,Kugira atume ubushobozi bwiwe bumenyekana+.
6 Ukuryo kwawe, ewe Yehova, kurerekanye ko ari ukw’ubushobozi bukomeye+,Ukuryo kwawe, ewe Yehova, umwansi kurasavya+.