Gusubira mu vyagezwe 6:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kugira utinye+ Yehova Imana yawe ngo ugumye ivyagezwe vyiwe vyose n’amabwirizwa yiwe ndagutegetse, wewe n’umwana wawe n’umwuzukuru wawe+, imisi yose y’ubuzima bwawe, no kugira ngo imisi yawe ibe myinshi+. Zaburi 76:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Wewe, urateye ubwoba+,Kandi ni nde yohagarara imbere yawe ngo arinde inkomezi z’ishavu ryawe+? Yeremiya 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ni nde atogutinya+ ga Mwami w’amahanga+, kuko ubibereye; kuko mu nkerebutsi zose z’amahanga no mu ngoma zabo zose ata n’umwe ameze nkawe mu buryo na bumwe+. 1 Petero 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mutere iteka abantu b’uburyo bwose+, mukunde umuryango wose w’abavukanyi+, mutinye Imana+, mutere iteka umwami+.
2 kugira utinye+ Yehova Imana yawe ngo ugumye ivyagezwe vyiwe vyose n’amabwirizwa yiwe ndagutegetse, wewe n’umwana wawe n’umwuzukuru wawe+, imisi yose y’ubuzima bwawe, no kugira ngo imisi yawe ibe myinshi+.
7 Ni nde atogutinya+ ga Mwami w’amahanga+, kuko ubibereye; kuko mu nkerebutsi zose z’amahanga no mu ngoma zabo zose ata n’umwe ameze nkawe mu buryo na bumwe+.
17 Mutere iteka abantu b’uburyo bwose+, mukunde umuryango wose w’abavukanyi+, mutinye Imana+, mutere iteka umwami+.