ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 6:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Yehova Imana yawe niyakuzana mu gihugu yarahiye ba sogokuruza bawe Aburahamu, Izahaki na Yakobo ko azokiguha+, ibisagara bikomeye kandi bisa neza utubatse+,

  • Yosuwa 11:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Bene Isirayeli bisahurira isahu ryose ry’ivyo bisagara n’ibikoko vy’ibitungano+. Abantu bose ni bo gusa bakubitishije ubugi bw’inkota gushika babazimanganije+. Ntibasigaza uwuhumeka n’umwe+.

  • Imigani 13:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Umuntu mwiza asigira intoranwa abana b’abana biwe, kandi ubutunzi bw’umucumuzi ni ikintu kibikiwe muri ntibate umugororotsi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika