ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 31:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 ikintu cose gihingurishwa umuriro+, muze mugicishe mu muriro, kibone kuba ikidahumanye. Ariko kize gityorozwe amazi y’ihumanura+. Kandi ikintu cose kidahingurishwa umuriro muze mugicishe mu mazi+.

  • Gusubira mu vyagezwe 20:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Mu bisagara vy’ivyo bisata vy’abantu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa, ni ho gusa utazozigamira ubuzima ikintu na kimwe gihumeka+,

  • Yosuwa 8:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Uze ugirire Ayi n’umwami waho nk’uko wagiriye Yeriko n’umwami waho+. Gusa mushobora kwisahurira isahu ryaho n’ibikoko vy’ibitungano vyaho+. Wishirireho ababundira igisagara, inyuma yaco+.”

  • Yosuwa 8:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Ibikoko vy’ibitungano n’isahu vy’ico gisagara ni vyo gusa Isirayeli yisahuriye, nk’uko ijambo Yehova yari yategetse Yosuwa ryari+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika