ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 31:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 “Harura igitigiri cose hamwe c’iminyago, imbohe z’abantu n’iz’ibikoko vy’ibitungano, wewe na Eleyazari umuherezi n’abakuru ba ba se b’ikoraniro.

  • Yosuwa 8:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Uze ugirire Ayi n’umwami waho nk’uko wagiriye Yeriko n’umwami waho+. Gusa mushobora kwisahurira isahu ryaho n’ibikoko vy’ibitungano vyaho+. Wishirireho ababundira igisagara, inyuma yaco+.”

  • Yobu 27:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Yotegura, mugabo umugororotsi ni we yokwambara+,

      Kandi ifeza, intungane ni yo yoyironkako umuturi.

  • Imigani 13:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Umuntu mwiza asigira intoranwa abana b’abana biwe, kandi ubutunzi bw’umucumuzi ni ikintu kibikiwe muri ntibate umugororotsi+.

  • Umusiguzi 2:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Kuko umuntu ameze neza imbere yayo+ yamuhaye ubukerebutsi n’ubumenyi n’umunezero+, mugabo umucumuzi yamuhaye igikorwa co gukorakoranya no kwegeraniriza hamwe kugira gusa bihabwe uwumeze neza imbere y’Imana y’ukuri+. Ivyo na vyo nyene ni ubusa n’ukwiyahagura ukurikira umuyaga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika