Itanguriro 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Aburamu aca muri ico gihugu gushika mu karere ka Shekemu+, hafi y’ibiti binini vya More+. Ico gihe Umunyakanani yari muri ico gihugu. Itanguriro 35:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko baha Yakobo imana z’inyamahanga+ zose bari bafise n’amahereni yari ku matwi yabo, maze Yakobo abinyegeza+ munsi y’igiti kinini cari hafi ya Shekemu.
6 Nuko Aburamu aca muri ico gihugu gushika mu karere ka Shekemu+, hafi y’ibiti binini vya More+. Ico gihe Umunyakanani yari muri ico gihugu.
4 Nuko baha Yakobo imana z’inyamahanga+ zose bari bafise n’amahereni yari ku matwi yabo, maze Yakobo abinyegeza+ munsi y’igiti kinini cari hafi ya Shekemu.