Yosuwa 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nibavuza ihembe ry’impfizi y’intama maze mukumva iryo jwi ry’inzamba, abantu bose baze bavuze akaruru k’intambara gakomeye+; uruhome rw’ico gisagara ruzohomvokera hasi+; abantu bazoce baduga, umwe wese atumbereye imbere yiwe.” Yosuwa 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi Yosuwa yari yategetse abantu+ ati: “Ntimusemerere canke ngo mwumvikanishe amajwi yanyu, kandi ntihagire ijambo riva mu kanwa kanyu gushika umusi nzobabwira nti: ‘Semerere!’ Muzoheza rero musemerere+.” 2 Ngoma 13:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze abagabo ba Yuda biha akaruru k’intambara+. Abagabo ba Yuda ngo bihe akaruru k’intambara, Imana y’ukuri ica itsindira+ Yerobowamu na Isirayeli yose imbere ya Abiya+ na Yuda.
5 Nibavuza ihembe ry’impfizi y’intama maze mukumva iryo jwi ry’inzamba, abantu bose baze bavuze akaruru k’intambara gakomeye+; uruhome rw’ico gisagara ruzohomvokera hasi+; abantu bazoce baduga, umwe wese atumbereye imbere yiwe.”
10 Kandi Yosuwa yari yategetse abantu+ ati: “Ntimusemerere canke ngo mwumvikanishe amajwi yanyu, kandi ntihagire ijambo riva mu kanwa kanyu gushika umusi nzobabwira nti: ‘Semerere!’ Muzoheza rero musemerere+.”
15 Maze abagabo ba Yuda biha akaruru k’intambara+. Abagabo ba Yuda ngo bihe akaruru k’intambara, Imana y’ukuri ica itsindira+ Yerobowamu na Isirayeli yose imbere ya Abiya+ na Yuda.