Yosuwa 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ku ncuro igira indwi, nya baherezi bavuza inzamba, maze Yosuwa abwira abantu ati: “Semerere+; kuko Yehova abahaye iki gisagara+. Abacamanza 7:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ninamara kuvuza inzamba, jewe n’abari kumwe nanje bose, namwe rero muce muvuza inzamba irya n’ino y’ikambi yose+, muheze muvuge muti: ‘Iya Yehova+ n’iya Gideyoni!’”
16 Ku ncuro igira indwi, nya baherezi bavuza inzamba, maze Yosuwa abwira abantu ati: “Semerere+; kuko Yehova abahaye iki gisagara+.
18 Ninamara kuvuza inzamba, jewe n’abari kumwe nanje bose, namwe rero muce muvuza inzamba irya n’ino y’ikambi yose+, muheze muvuge muti: ‘Iya Yehova+ n’iya Gideyoni!’”