Abacamanza 7:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ya migwi itatu ica ivuza inzamba+ yongera isavya ya mibindi mininiminini, bafata vya bimuri mu kuboko kwabo kw’ibubamfu, ukuboko kw’iburyo na kwo gufata inzamba kugira bazivuze, maze batangura gusemerera bati: “Inkota ya Yehova+ n’iya Gideyoni!”
20 Ya migwi itatu ica ivuza inzamba+ yongera isavya ya mibindi mininiminini, bafata vya bimuri mu kuboko kwabo kw’ibubamfu, ukuboko kw’iburyo na kwo gufata inzamba kugira bazivuze, maze batangura gusemerera bati: “Inkota ya Yehova+ n’iya Gideyoni!”