Yosuwa 22:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mbega Akani+ mwene Zera si we yakoze ikintu c’ubuhemu ku bijanye n’ikintu cari ico gutikizwa yamara ikoraniro ryose rya Isirayeli rikaba ari ryo rirakarirwa+? Kandi si we wenyene yapfiriye mw’ikosa ryiwe+.’” 1 Ngoma 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mwene* Karumi+ yari Akari*, umwe yazana ikumira kuri Isirayeli+, uwakoze ikintu c’ubuhemu ku bijanye na ca kintu co gutikizwa+.
20 Mbega Akani+ mwene Zera si we yakoze ikintu c’ubuhemu ku bijanye n’ikintu cari ico gutikizwa yamara ikoraniro ryose rya Isirayeli rikaba ari ryo rirakarirwa+? Kandi si we wenyene yapfiriye mw’ikosa ryiwe+.’”
7 Mwene* Karumi+ yari Akari*, umwe yazana ikumira kuri Isirayeli+, uwakoze ikintu c’ubuhemu ku bijanye na ca kintu co gutikizwa+.