ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 15:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Urwo rubibe rwaraduga rwerekeza i Debiri ku kiyaya co hasi ca Akori+ hanyuma rugakevya rwerekeza mu buraruko ruja i Gilugali+, aharabana n’umudugo wa Adumimu, uwuri mu bumanuko bw’umwonga; nya rubibe rwaragenda rwerekeza ku mazi ya Eni-shemeshi+, rukagarukira i Eni-rogeli+.

  • Yesaya 65:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Sharoni+ hazocika koko itongo ryo kuragiramwo intama+, ikiyaya co hasi ca Akori+ na co gicike ahantu inka ziruhukira, ku bw’abantu banje bazoba bandondeye+.

  • Hoseya 2:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Kuva ico gihe nzomuha imirima yiwe y’imizabibu+, na ca kiyaya co hasi ca Akori+ ngo kibe ubwinjiriro bushikana ku cizigiro; kandi ng’aho azokwitaba koko nko mu misi y’ubuto bwiwe+, nko kuri wa musi yaduga avuye mu gihugu ca Misiri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika