Yosuwa 7:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Hanyuma bamurundako ikirundo kinini c’amabuye, kikaba kikiriho gushika n’uyu musi+. Yehova aca areka ishavu ryiwe rirurumba+. Ni co catumye aho hantu hitwa Ikiyaya co Hasi ca Akori*+, gushika n’uyu musi.
26 Hanyuma bamurundako ikirundo kinini c’amabuye, kikaba kikiriho gushika n’uyu musi+. Yehova aca areka ishavu ryiwe rirurumba+. Ni co catumye aho hantu hitwa Ikiyaya co Hasi ca Akori*+, gushika n’uyu musi.