ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 8:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Amanika umwami wa Ayi+ ku giti gushika ku mugoroba+; maze kubera ko izuba ryagira rirenge, Yosuwa atanga itegeko, baraheza bamanura umuvyimba wiwe+ bawukura kuri nya giti, bawuterera ku bwinjiriro bw’irembo ry’igisagara hanyuma bamurundako ikirundo kinini c’amabuye, kikaba kikiriho gushika n’uyu musi.

  • Yosuwa 10:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Nuko ku kirengazuba Yosuwa atanga itegeko, maze babamanura kuri nya biti+ hanyuma babaterera muri rya senga bari binyegejemwo. Baca bashira ibibuye bininibinini ku munwa w’iryo senga, gushika n’uyu musi.

  • 2 Samweli 18:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Amaherezo bafata Abusalomu, bamuta mu kibira, mu mwobo munini hanyuma barunda hejuru yiwe ikirundo kinini cane c’amabuye+. Isirayeli yose irahunga, umwe wese aja i muhira iwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika