Gusubira mu vyagezwe 21:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 umuvyimba wiwe ntuze urare ku giti+; ahubwo utegerezwa kumuhamba kuri uyo musi, kuko uwumanitswe ari ikintu kivumwe ku Mana+. Ntuze uhumanye ubutaka bwawe, ubwo Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa+. Yosuwa 10:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nuko ku kirengazuba Yosuwa atanga itegeko, maze babamanura kuri nya biti+ hanyuma babaterera muri rya senga bari binyegejemwo. Baca bashira ibibuye bininibinini ku munwa w’iryo senga, gushika n’uyu musi.
23 umuvyimba wiwe ntuze urare ku giti+; ahubwo utegerezwa kumuhamba kuri uyo musi, kuko uwumanitswe ari ikintu kivumwe ku Mana+. Ntuze uhumanye ubutaka bwawe, ubwo Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa+.
27 Nuko ku kirengazuba Yosuwa atanga itegeko, maze babamanura kuri nya biti+ hanyuma babaterera muri rya senga bari binyegejemwo. Baca bashira ibibuye bininibinini ku munwa w’iryo senga, gushika n’uyu musi.