Yosuwa 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko Yosuwa avyuka kare mu gitondo, maze we hamwe na bene Isirayeli bose baragenda bavuye i Shitimu+, bashika kuri Yorodani; barara ng’aho imbere y’uko bajabuka. Yosuwa 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze Yosuwa avyuka kare mu gitondo+, abaherezi na bo barerura isandugu+ ya Yehova;
3 Nuko Yosuwa avyuka kare mu gitondo, maze we hamwe na bene Isirayeli bose baragenda bavuye i Shitimu+, bashika kuri Yorodani; barara ng’aho imbere y’uko bajabuka.