Yosuwa 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Abategeka ati: “Raba, mugira mubundire+ igisagara inyuma yaco. Ntimuje kure cane y’ico gisagara, kandi mwese mugume mwiteguye.
4 Abategeka ati: “Raba, mugira mubundire+ igisagara inyuma yaco. Ntimuje kure cane y’ico gisagara, kandi mwese mugume mwiteguye.