Abacamanza 20:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Maze Isirayeli ishiraho abagabo bo kubundira+ Gibeya irya n’ino. 2 Ngoma 13:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko Yerobowamu arungika abo kubunda ngo bazunguruke babaturuke inyuma, ku buryo ingabo ziwe ziba imbere ya Yuda, nya bantu bo kubunda na bo bakaba inyuma ya Yuda+.
13 Nuko Yerobowamu arungika abo kubunda ngo bazunguruke babaturuke inyuma, ku buryo ingabo ziwe ziba imbere ya Yuda, nya bantu bo kubunda na bo bakaba inyuma ya Yuda+.