ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 8:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Abategeka ati: “Raba, mugira mubundire+ igisagara inyuma yaco. Ntimuje kure cane y’ico gisagara, kandi mwese mugume mwiteguye.

  • 1 Samweli 15:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nuko Sauli araza gushika ku gisagara ca Amaleki, maze abunda hafi y’umwonga.

  • Imigani 24:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kuko uzorwana intambara yawe biciye ku buyobozi bw’ubuhanga+, kandi mu bajanama indiri hari ubukiriro+.

  • Umusiguzi 9:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ubukerebutsi buraruta ibikoresho vy’indwano, kandi umucumuzi umwe gusa arashobora kwica ivyiza vyinshi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika