Kuvayo 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi Musa yapfa kuduza ukuboko kwiwe, Abisirayeli bakanesha+, mugabo apfuye kumanura ukuboko kwiwe, Abamaleki bakanesha. Yosuwa 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze Yehova abwira Yosuwa ati: “Ramvura ikobero riri mu kuboko kwawe uryerekeze i Ayi+, kuko ngira ndahatange mu kuboko kwawe+.” Yosuwa aramvura rero nya kobero ryari mu kuboko kwiwe aryerekeza kuri nya gisagara.
11 Kandi Musa yapfa kuduza ukuboko kwiwe, Abisirayeli bakanesha+, mugabo apfuye kumanura ukuboko kwiwe, Abamaleki bakanesha.
18 Maze Yehova abwira Yosuwa ati: “Ramvura ikobero riri mu kuboko kwawe uryerekeze i Ayi+, kuko ngira ndahatange mu kuboko kwawe+.” Yosuwa aramvura rero nya kobero ryari mu kuboko kwiwe aryerekeza kuri nya gisagara.