Kuvayo 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi Musa yapfa kuduza ukuboko kwiwe, Abisirayeli bakanesha+, mugabo apfuye kumanura ukuboko kwiwe, Abamaleki bakanesha. Yosuwa 8:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Namwe muzoca muhaguruka muve aho mubunze, maze mwigarurire igisagara; Yehova Imana yanyu azogitanga ata gukeka mu maboko yanyu+. Yosuwa 8:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Yosuwa ntiyagarukana ukuboko kwiwe yaramvurishije ikobero+, gushika atikije ababa i Ayi bose+.
11 Kandi Musa yapfa kuduza ukuboko kwiwe, Abisirayeli bakanesha+, mugabo apfuye kumanura ukuboko kwiwe, Abamaleki bakanesha.
7 Namwe muzoca muhaguruka muve aho mubunze, maze mwigarurire igisagara; Yehova Imana yanyu azogitanga ata gukeka mu maboko yanyu+.