Gusubira mu vyagezwe 27:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Aba ni bo bazohagarara ngo bahezagire abantu ku musozi Gerizimu+ nimwamara kujabuka Yorodani: Simeyoni na Lewi na Yuda na Isakari na Yozefu na Benyamini.
12 “Aba ni bo bazohagarara ngo bahezagire abantu ku musozi Gerizimu+ nimwamara kujabuka Yorodani: Simeyoni na Lewi na Yuda na Isakari na Yozefu na Benyamini.