Gusubira mu vyagezwe 31:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Koranya abantu+, abagabo n’abagore n’abana batoyi na kavamahanga wawe ari mu marembo yawe, kugira bumvirize no kugira bige+, kuko bategerezwa gutinya Yehova Imana yanyu+ kandi bakitwararika gushitsa amajambo yose y’iri tegeko. Nehemiya 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ku musi wa mbere w’ukwezi kugira indwi+, Ezira+ umuherezi azana rero iryo tegeko imbere y’ishengero+ ry’abagabo n’abagore n’abaciye ubwenge bihagije bose ku buryo bashobora kwumviriza+.
12 Koranya abantu+, abagabo n’abagore n’abana batoyi na kavamahanga wawe ari mu marembo yawe, kugira bumvirize no kugira bige+, kuko bategerezwa gutinya Yehova Imana yanyu+ kandi bakitwararika gushitsa amajambo yose y’iri tegeko.
2 Ku musi wa mbere w’ukwezi kugira indwi+, Ezira+ umuherezi azana rero iryo tegeko imbere y’ishengero+ ry’abagabo n’abagore n’abaciye ubwenge bihagije bose ku buryo bashobora kwumviriza+.