ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 23:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 “Bwira bene Isirayeli uti: ‘Mu kwezi kugira indwi+, ku musi wa mbere wa nya kwezi, hakwiye kuba akaruhuko kuzuye kuri mwebwe, ubabere icibutso biciye kw’ijwi ry’urumbete+, ihwaniro ryeranda+.

  • Guharura 29:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 “‘Mu kwezi kugira indwi, ku musi wa mbere w’ukwo kwezi, muzogira ihwaniro ryeranda+. Ntihaze hagire ubwoko na bumwe bw’igikorwa kiruhisha mukora+. Uzobabera umusi w’ijwi ry’urumbete+.

  • 1 Abami 8:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nuko abagabo ba Isirayeli bose bakoranira ku Mwami Salomo mu kwezi* kwa Etanimu, mu gihe c’umusi mukuru+, ni ukuvuga ukwezi kugira indwi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika