Yosuwa 8:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko rero Yosuwa n’abarwanyi bose+ barahaguruka kugira baduge i Ayi; Yosuwa atora abagabo ibihumbi mirongo itatu, abagabo b’abanyenkomezi kandi b’intwari+, abarungika mw’ijoro.
3 Nuko rero Yosuwa n’abarwanyi bose+ barahaguruka kugira baduge i Ayi; Yosuwa atora abagabo ibihumbi mirongo itatu, abagabo b’abanyenkomezi kandi b’intwari+, abarungika mw’ijoro.