ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 3:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Nuko ico gihe nyene ndabategeka, nti: ‘Yehova Imana yanyu abahaye iki gihugu ngo mucigarurire. Muzojabuka imbere ya bene wanyu, bene Isirayeli, mufise ibikoresho bikwiye, mwese abagabo b’intwari+.

  • Gusubira mu vyagezwe 20:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Abarongozi baze bongere babwire abantu bati: ‘Ni nde muntu afise ubwoba kandi afise umutima uhuha+? Nagende asubire ku nzu iwe, ntahave atuma umutima wa bene wabo ushonga nk’uwiwe bwite+.’

  • Abaheburayo 11:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 barahagarika inguvu z’umuriro+, barakira ubugi bw’inkota+, baragirwa abanyabubasha kandi bari goyigoyi+, baraba intwari mu ntambara+, barakinagiza ingabo z’abanyamahanga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika